Ni wewe ni wewe ni wewe Naho wasigay'inyuma
Umva
Wacishije make sinabibona
Waje wambaye washajije Sinabona ubwo bwiza
Namenye abadafise imitima Ndakubonye mbona musa
Sinamenya ko umusi uri Izina nzoteba nkavuz'iyi Nanga
Ntitwobica ku masonga gus
Ntitwobesha
Ni ivyibonekeza
Ntitwobica ku masonga Gusa
Ntitwobesha
Ni ivyibonekeza
Ni wewe ni wewe ni wewe Naho wasigay'inyuma
Ni wewe ni wewe ni wewe Naho nabimenye nyuma

Ni wewe gusa ni wewe gusa
Ni wewe gusa ni wewe gusa
Gusa gusa gusa
Ndabibona kandi
Ntumeze nk'abandi
Mbe ndondere abandi Canke ngume ku cizere
Iyo undavye ndabibona
Uko wiyumva ndabibona
Ntitwobesha ndabibona
Tubivuge ndabibona
Ntitwobica ku masonga gus
Ni wewe unkwiye
Nta wundi
Ni wewe ni wewe ni wewe Naho wasigay'inyuma
Ni wewe ni wewe ni wewe Naho nabimenye nyuma
Ni wewe ni wewe ni wewe Naho wasigay'inyuma
Ni wewe ni wewe ni wewe Naho nabimenye nyuma
Ni wewe gusa ni wewe gusa
Ni wewe gusa ni wewe gusa
Gusa gusa gusa
Uwambay ikirezi ntamenya ko cera
Wavuze ngo nzobimenya
Abandi bacambaye
Ndahindukira nkabona wewe gusa ukanyibutsa ca gihe nambay ikirezi kirezi kirezi kirezi kirezi kirezi kirezi kirezi